Imyiyerekano y’abarundi i La Haye imbere ya CPI

15 5-06-2015 - saa 17:51, Jean De Dieu

Mugatondo ko kuri uyu wa Gatanu, Abarundi bazindutse mumyiyerekano i La Haye imbere ya CPI (sentare mpuzamakungu mpanavyaha).
Photos: Emile Nibasumba

Mugatondo ko kuri uyu wa Gatanu, Abarundi bazindutse mumyiyerekano i La Haye imbere ya CPI (sentare mpuzamakungu mpanavyaha).

Photos: Emile Nibasumba

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
APOLINAIRE 2016-09-04 23:12:58

NTAVYINSHI VYOKUVUGA NIBUMVIKANE

2
DN940 2015-07-01 20:46:34

ni mukomere ku rugamba muriko turabe ko hari icovamwo

3
john 2015-06-08 16:41:12

vuganeza nshimye ijambo uherejeho muburundi theatre zitwengeje cyane urandyohera rimwe uvuga bibi ubundi byiza donc iyo nkukurikiye neza unyibutsa umutipe bitaga kantano wakora kuri radion RTLM 1994 muvugabimwe kabisa courage n impanga yawe

4
john 2015-06-08 16:37:28

vuganeza nshimye ijambo uherejeho muburundi theatre zitwengeje cyane urandyohera rimwe uvuga bibi ubundi byiza donc iyo nkukurikiye neza unyibutsa umutipe bitaga kantano wakora kuri radion RTLM 1994 muvugabimwe kabisa courage n impanga yawe

5
democrate 2015-06-06 23:01:03

nivyiz guserura iciyumviro kndi uwundi akubaha icuwundi ntawotukana ntateka bitanga

6
inkona 2015-06-06 12:41:32

Reta yuburundi ikwiye kwaka ubwene gihugu abo banyeporike baja haze. Nibabafate babake passports zabo.

7
Kamana 2015-06-06 07:39:28

Kubona umuhemu nka nkurunziza yipfuza gutwara uburundi gushika apfuye, ni ivumwe ku gihugu

8
vuganeza 2015-06-06 04:06:58

Qu’est ce qu’ils sont malins,nta numwe tubona neza,uretse wa mutinganyi Audifax,nawe yunamitse amaso,ariko twa dushatsi twiwe nkutwo inyoni yagwaje iyindi mu mapfa nti du passa inaperçu,regardez tous son accoutrement,un vrai PD,ewe burundi waragowe,nuwo ngo ashaka kuja muri transition n’umugambwe wiwe ari we munywanyi wenyene,mbega basha ca pancrace ko ntakibona,la fouille au corps bamukoreye tanzanie ntiyamworoheye!!Vraiment hari umuntu numwe mwomenyamwo,ndabira ni imparugwa,kari akaguma bimwe vy’i buruseli,nagira ubu hari akazuba niho mwari gusidukana n’iyonka gusaba ko bubaka potences pour pendre notre président et nos leaders,murashuhagiza neza n’imvura y’urushana yaradusize umugani wa Inarunyonga,i la haye ntazojayo,ahubwo abo ba putshistes mutahe muje gucibwa urubanza nyabuna nayo kuza kutumanikisha i la haye muvyibagire iyo migozi hari naho arimwe yotora twa munigo?Ubu mwumva mutonye mu bazungu,ariko ako kanyaro kazohera kandi peter turamutora musare,
Mbega mwoba mwabonye i foto ya wa mwana w’umuhutu baturira mw’i pine?
Kandi Audifax yari mu myiyerekano,yarabonye bamuturira ntiyamutabaye kandi aziko yariko azira ubuhutu,ba baboyi bose bicwa yarabona ,none amafotos yabo ko tutayabona?Vraiment c’est grave,abo bose bashaka gutegeka?Basha iyo mandat irakomeye peye,bose ni mandat kandi aho wosanga hari abatazi nico isigura,canke arya ma articles nkuwobaza na Audifax ati uzi iki kuri constitution na accord d’Arusha wobona atishuye,na ba bana bo mu buhonga ngo mandat batagiye no mu wa mbere !!Ewe ibibera mu burundi ni théatre zitwengeje cane!!

9
jeanne 2015-06-05 22:11:32

Muri mirongo irindwi hapfuye ibihumbi, muri mirongo icyenda nagatatu hapfa ibihumbi kandi ababishe ubu nibo bari guza ama Gerenades mu gisagara aho gukubitwa intahe, NKURUNZIZA arazi aho ababyeyi be bagiye, arazi inyene yagiye mu ishyamba!! ! Igiti ntikigukora mujisho kabiri!!

10
mutabazi 2015-06-05 21:12:40

Ndizera ko leta y’i Burundi igerageza kubona amafoto y’abo bantu. Ndizera ko abo bantu bashyugikiye inkozi z’ikibi uzagerageza kugera i Bujumbura abarundi bazamuhereza inkoni akumviriza. Ikindi nanjye ntuye i La Haye gusa mumyigaragambyo hari huzuyemo n’abatutsi bakomoka mu Rwanda.

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha