Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.
Ewe Nkurunziz Uramaramaj Woraba Amateka Warufise 2010 Ukaca Uraba Amagany Nagahinda Twebw Abanyagihug Ubu Dufise Biratey Agahinda Nne Murarab Nez Umuher Washits Ndavuz Ndagiy
Ewe "tari" uritonda jewe ngerageje kwihweza kuva aho twavugiye amajambo nk’ayo biraboneka ko twogabanya amajambo tukaraba icotuma uburundi n’abarundi tuba mu mahoro n’umwumvikano.
Jewe ndatangazwa nabantu birirwa baridigadiga bashimagiza nkurunziza mbega mwarigeze mubona umukuru wigihugu ahamagarira abantu kumarana abiba amacakubiri mubanyagihugu yarashinzwe kubungabunga mumuhayagize mubesha igihe ciwe cageze coguhambira amabinga akayogomoka aboyakishe barahagije
Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga.
Nyangoma itahire mugihugucawe camavukiro cu Burundi.
Turashimye Imana Mushobora Vyosi Yoyama Abarundi Nuburundi Ubwambere Niyo Yama Ibaja Imbere Kuko Uwobashize Imbere Twese Turamushima Azivyishi Vyakahise Kacu Azotujabura Turikumwe Ni Mana Yacu Tumusabiye Ko Ibibazo Vyose Bazomutega Aribo Bazovyitega Icotutemera Nukutaganira Nabigikenye Ngo Igiti Nticogukora Mumaso Kabiri Ntibishoboka Kandi Ntibakorako