Hari kw’igenekerezo nkiri, 12 Ndamukiza

1 12-04-2013 - saa 01:53, IGIHE

1945: Urupfu rw’umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe za Amerika, Franklin Delano Roosevelt. Aracari uwambere yamaze imyaka myinshi mu mabanga y’Umukuru w’ico gihugu. Imyaka 13.
1961: Youri Gagarine, umurusiya w’imyaka 27 y’amavuko, yabaye umuntu wa mbere yazungurutse isi mu minuta 108, aho yagendera ku kubirometero 327 uvuye kw’isi.
Aho yari mu kigendajuru ciswe Vostok I. Icokigendajuru kikaba carungitswe nikibanza cabigenewe ahitwa Baïkonour mu gihugu citwa ubu (...)

1945: Urupfu rw’umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe za Amerika, Franklin Delano Roosevelt. Aracari uwambere yamaze imyaka myinshi mu mabanga y’Umukuru w’ico gihugu. Imyaka 13.

JPEG - 8.6 ko

1961: Youri Gagarine, umurusiya w’imyaka 27 y’amavuko, yabaye umuntu wa mbere yazungurutse isi mu minuta 108, aho yagendera ku kubirometero 327 uvuye kw’isi.
Aho yari mu kigendajuru ciswe Vostok I. Icokigendajuru kikaba carungitswe nikibanza cabigenewe ahitwa Baïkonour mu gihugu citwa ubu Kazakhstan.

JPEG - 32 ko
Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

32859 1 2-04-2014
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Joe"l 2015-06-05 19:26:22

None Yoba Ya Genze Ibihugu Bingahe?

Kumenyekanisha