Fransisko I: Umu papa yizeza

0 14-03-2013 - saa 06:34, IGIHE

Umwepiskopi wi liege musenyeri Jousten yarakozweko cane n’ubwitonzi burangwa n’umu papa mushasha ‘’ntawe nzi ariko mbona umenga aboneka nk’umuntu ameze neza .Arizeza…uwo mu papa azokorera ivyiza ekleziya katolika’’nivyo yavuze mu gitondo co ku musi wa gatatu
Musenyeri Jousten yarakozweko cane n’izina ryatowe n’uwo mwungere mukuru wa katolika ryitiranwa n’ukwicisha bugufi ,hamwe n’ukuntu yahuye n’ubwoko bw’abaroma. ‘’Yumva umenga aratangaye ’’.Kuri we ,ekleziya katolika yo mu bihugu bitunze izokomeza (...)

Umwepiskopi wi liege musenyeri Jousten yarakozweko cane n’ubwitonzi burangwa n’umu papa mushasha ‘’ntawe nzi ariko mbona umenga aboneka nk’umuntu ameze neza .Arizeza…uwo mu papa azokorera ivyiza ekleziya katolika’’nivyo yavuze mu gitondo co ku musi wa gatatu

Musenyeri Jousten yarakozweko cane n’izina ryatowe n’uwo mwungere mukuru wa katolika ryitiranwa n’ukwicisha bugufi ,hamwe n’ukuntu yahuye n’ubwoko bw’abaroma. ‘’Yumva umenga aratangaye ’’.Kuri we ,ekleziya katolika yo mu bihugu bitunze izokomeza ubuvukanyi n’ibindi bihugu bikenye.

Benedicto XVI yari nawe nyene umuntu yicisha bugufi ariko yize mw’ishure ry’abafilozofe.Fransisiko yari yamaze kwerekana aho agaze mu kwiyamiriza irenganywa, n’ubukene .Azodutera intege rero ukundi ,gukunda ibikorwa,n’ivyipfuzo bishasha.Azodufasha kudata akarangamutima kacu hamwe no kutareka ngo hinjiremwo ukuba akazuyaze.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha