Elizabeth Hesselblad asanzwe azwi nk’uwafashije imiryango myinshi y’abayahudi mu ntambara ya kabiri y’isi yose yabaye umunye Suede wa mbere agizwe umweranda mu myaka irenga amajana atandatu.
Uwo mupfasoni yaranyegeje abayahudi benshi cane mu nzu z’abihebeye Imana i Roma, aho yari asanzwe ari umubikira arongoye abandi.
Papa Francisko yagize kandi umweranda Stanislaus Papczynski, umunye Pologne yavuza abakene barwaye akongera akabaha indaro, aho hari mu kinjana ca 17.
Uwo Stanislaus Papczynski (...)

Uwo Stanislaus Papczynski niwe yashinze kandi umugwi wa mbere w’abapadiri bashimagiza Bikira Maria (Pères Mariens canke Marian Fathers)
1.Abo Beranda Nibadusabire Ku Mana Uburundi Bwogorore. 2 Mbe Africa Ho, Canke Aziya, Aba Papa Ko Bakunze Kwama Batora Cane Aberanda Muburayi Honye. Muburundi Ho Ntaberanda Dufise?
de bons souhaits! je voudrais vous demander si vous avez une réponse vous pouvez me la faire:’si on decrete saint une personne, on lui donne le pouvoir d’être considérée comme admis au ciel ou vous êtes devenus Dieu qui est Seul à trancher’?
Ivyo Mwisi Biratangaje Uwoshaka Yosoma Matayo 23:1-19 Hari Umuntu Yemerewe Kugira Mweranda Mugenziwe Atari Anti-christ Nawe Si Mweranda Agire Abandi Aberanda Catholique Yacu Igeze Habi.