CPI yatanguje amatohoza ku bugizi bwa nabi bukorwa mu Burundi (Video)

6 25-04-2016 - saa 12:31, Jean De Dieu

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

63126 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Burundi 2016-05-05 09:03:26

Amatohoza ni meza cane gose.Ariko bahere mu mwaka wigihumbi1965.gushika mubihumbi 2016.kuko ahohose hishwe abantu.

2
karebu 2016-04-27 13:52:25

Bahere kuri nkurumbi n abicanyi biwe ntihagire ibindi mubaza

3
Zoe 2016-04-26 18:37:33

@ Kamaro abambere ni Nkurunziza na Nyamitwe

4
Mahoro 2016-04-25 20:15:49

Nyarutse mudukureko umurwi w’Abahutu b’abicanyi kamwe n’umurwi w’Abatutsi b’abicanyu, Abarundi turuhuke kuko iyo mirwi 2 yatugize imbohe.

5
kamaro 2016-04-25 17:06:02

ntayandi matohoza kuko abakora amabi muburundi barazwi nabo bahurikiye muri CNARED,nubarungikire imitahe yokubahagarika urabeko bindaca behera...e nibo bagisibije!!

6
Nene Nesta 2016-04-25 16:38:08

Bamusarira hiyo turazi ko muri ibihenda maso.

Kumenyekanisha