Canada : Abarundi bari mu myiyerekano

16 27-04-2015 - saa 10:10, IGIHE

Abarundi baba mu gihugu ca Canada nabo batanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu.
Abo barundi bafise inzandiko ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bakaba bafise inzandiko ziyamiriza ihonyangwa ry’amategeko, guhohotera agateka ka zina muntu, kwica abantu, n’ibindi. Iyo myiyerekano ikaba ije ikurikira amwe mu matangazo yashikirijwe na bimwe mu bihugu bitandukanye bisanzwe bifasha igihugu. Aha tukababwira ko nka Reta zunzubumwe z’Amerika zivuga ko zitakiriye neza (...)

Abarundi baba mu gihugu ca Canada nabo batanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu.


Abo barundi bafise inzandiko ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bakaba bafise inzandiko ziyamiriza ihonyangwa ry’amategeko, guhohotera agateka ka zina muntu, kwica abantu, n’ibindi. Iyo myiyerekano ikaba ije ikurikira amwe mu matangazo yashikirijwe na bimwe mu bihugu bitandukanye bisanzwe bifasha igihugu. Aha tukababwira ko nka Reta zunzubumwe z’Amerika zivuga ko zitakiriye neza ishirwa imbere rya Petero Nkurunziza n’umugambwe wiwe CNDD FDD, inama nshingamateka y’Ubumwe bwa Buraya n’igihugu c’Ububirigi.

Tukabamenyesha ko n’abarundi baba mu bihugu vya Buraya bavuga ko kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 28 Ndamukiza, nabo bazihereza amabarabara, baze ahakorera ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
Alexis 2015-04-27 13:21:19

Kweeeri Absenga nibasabre Uburundi bwacu.

12
Marius 2015-04-27 13:09:43

Rekebakor ivyo bagomba

13
Diomede Bayubahe 2015-04-27 12:02:59

Abajejwe itunganywa ry’ibwirizwa shingiro badutatura? Nibo batey ibi kk abo basohora ingingo batamitsw n’uwabahaye ikibanza barimwo kk ntibigenga. Nta wukomorwa n’inzoka ngo yitwar kw’isato!

14
Bakari 2015-04-27 11:49:40

N’gufata indege mukaje gufasha abandi ku rubuga! Nayo ahandi ho bazohava bababwira bati "twarurwanye mwibereye ahasusurutse"! Canke bati ni mwebwe mwagiye mu mabarabara ya Bujumbura!

15
simvura dj 2015-04-27 10:59:30

Kubwanyu,igikenewe nukuja mw’ibarabara canke mwodufasha gutora umuti bidaciye muntimba?yemwe nimwigirire kuko muri mumakungu.Ariko gikuru jewe mbona twasaba abajejwe itunganywa ry’ibwirizwa shingiro bakadutatura.Ikibabaje nimiryango irimwo ihekugwa abandi bari mu madiva.Merakoze.

16
emma 2015-04-27 10:39:35

ntivyoroshe mana tabara uburundi.

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha