Canada : Abarundi bari mu myiyerekano

16 27-04-2015 - saa 10:10, IGIHE

Abarundi baba mu gihugu ca Canada nabo batanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu.
Abo barundi bafise inzandiko ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bakaba bafise inzandiko ziyamiriza ihonyangwa ry’amategeko, guhohotera agateka ka zina muntu, kwica abantu, n’ibindi. Iyo myiyerekano ikaba ije ikurikira amwe mu matangazo yashikirijwe na bimwe mu bihugu bitandukanye bisanzwe bifasha igihugu. Aha tukababwira ko nka Reta zunzubumwe z’Amerika zivuga ko zitakiriye neza (...)

Abarundi baba mu gihugu ca Canada nabo batanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu.

Abo barundi bafise inzandiko ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bakaba bafise inzandiko ziyamiriza ihonyangwa ry’amategeko, guhohotera agateka ka zina muntu, kwica abantu, n’ibindi. Iyo myiyerekano ikaba ije ikurikira amwe mu matangazo yashikirijwe na bimwe mu bihugu bitandukanye bisanzwe bifasha igihugu. Aha tukababwira ko nka Reta zunzubumwe z’Amerika zivuga ko zitakiriye neza ishirwa imbere rya Petero Nkurunziza n’umugambwe wiwe CNDD FDD, inama nshingamateka y’Ubumwe bwa Buraya n’igihugu c’Ububirigi.

Tukabamenyesha ko n’abarundi baba mu bihugu vya Buraya bavuga ko kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 28 Ndamukiza, nabo bazihereza amabarabara, baze ahakorera ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
felix 2015-05-02 09:45:07

Kulureka ngo yitoze uretseko ari uguhonyanga n’ukurenga amasezerano ya Arusha, ninokwemera ubusuma kuko ntawutaziko 2010 yayivyee n’ubu busuma bwaramaze gutegurwa bifashijwemwo numurwi utigenga nagato CNI ariyo twokwita, CND Commission National Dépendante

2
CHANTALDUS 2015-04-30 21:35:17

Nimukomere genocide yateguwe ngo ikoregwe ubwoko bumwe Imana yaremye. Bareke tuzobahumira Imana yaremye Umututsi ntizokwigera iduheba kuko turi ubwoko butavumika. Amaraso bariko barasesa agiye kubahumira bose atawuvuye mwo agiye kubahumira

3
DONATIEN/NYAMABOKO 2015-04-28 18:37:56

ariko rimwe narimwe abantu batigera bahagarara mukuri bateye ikigongwe kuki uyo ukuli kugaragara abantu bamwe agerageza kuuvyara inda itasamwe ubu koko umuntu avuga ko hali ivyihishe inyuma yimyigaragamvyo mubona akomeye kweri 1 ja mumugambwe wa cndd ubwabo barimwo mbere bakomeye babaye no mwishamba babuze nimiryango yabo bari no mmunararibonye zumugambwe bariya baburamatari bose bifuriza uburundi ikibi ? uretse ko twese twanse umuntu umwe agomba kwigira imana yigihugu /niba arico yabaha mutarushe nimube abashingantahe mwijambo imyaka cumi itandukanye nimyaka 15 nimba mandat ari imyaka 5 ubuse ivyo biharuro ntivyoroshe / mbe peter aruta ta Ntibantunganya batwaye mumulilo duhunga batwica nkaBANA BIMBEBA MULI BUJUMURA RURAL ariko bagahangana politiquement hali abanyagihugu urumva babatuka mumabarabra ivyo atabonye mumyaka cumi yakajagari bikoreramwo ubu nate hasi abarundi barakanuye sibamwe bo muri 72 bayobora nkintama ahubwo agire vuba niba aseng a IMANA AYISABE UBUHUNGIRO NAHANDI INTAHE YO KUMUGINA YO MUGACIMBIRI IRAMURINDIRIYE CAKORA JE NAMUHITIRAMWO GUHUNGIRA MURUSENGERO AKABA REPRESENTANT LEGAL NACO NIGITI GIKOMEYE NIBA ABONA KO AMASHI BAMUHA AGIYE KUYABUR ANGEJEJE AHO NIMPANURO NAMUHA

4

5
Steve 2015-04-28 18:15:26

Nimukomere turikumwe namw

6
mercie ange 2015-04-28 09:35:43

ewe niyungeko aho ga willy nyamitwe nta soni? mbe maman wawe ko atagutaye akuvyara ko yakonkeje ntiyari umututsi kazi mwiza? mbe barya ba belle soeur bo uzobagira iki? uribuka uhere kuri gd frere wawe we atashimwe kuba umumwa maraso kwawe? uragowe nari nibenshe ngo ndakubwir imana ndibutse ko atayo uzi ariko na satan arimukugushengeza. wew gusa bandanya mwe na peter tuzoraba amaherezo y inzira ni musée. ntaveho peter wawe tuzomwikuriraho abanyagihugu mwebw vyarabananiye. ntiwabonye ko tutayaga amasizara cicaro

7
Nzobandora 2015-04-27 20:27:42

Haha abayo nyene nibeshi uwobokwima amajwi ntiyo pasa uwo boyaha nawe yoronka ijana kw ijana Ewe barundi !!!!!!!!!

8
bahizi 2015-04-27 18:10:02

Ntibyumvikana! niba abarundi badashaka P. Nkurunziza kuki batareka imvururu zisenya igihugu maze bakazamwima amajwi ko amatora ataraba?

9
ntakiarthemon@yahoo.fr 2015-04-27 15:30:51

komra bsha mufashe uburundi bwacu tugowe twebwe turimugihugu komamashi mudutabarize hakirikare ubu ngo bariko bashira imbonerakure muma crtien atandukanye yo mugisagara ca BUJUMBURA!!!

10
Niyungeko Edmond 2015-04-27 13:41:26

Uko bigenda kwose Imana ntiyaretse Uburundi. Komeze dusabe Idufashe. Hari utubazo nka dutatu buri muntu yokwibaza:
1. Mbega iyi myiyamamazo yahindutse umugumuko kubera mandat ya 3 ya Nkurunziza canke hari iyindi ntumbero iri inyuma?
2. Mbega Nkurunziza yoreka iyi mandat, abagumutse bariko batera amabuye abapolisi boca bareka, canke hari ikiruta ico barondera?
3. Mbega ko mu kurwanya ikibi urwiza iciza, ko Nkurunziza ataratorwa atware Uburundi, abo batanguye ibisa na ya ville morte ya 1994 nahakirwamwo, botora mu mugambwe wabo uwundi umucandidat Abarundi bipfuza, uwo wundi yoca aba umukuru w’igihugu, Nkurunziza agakinjura. Turiko turaronderera inyishu mu muriro. Burya koko ikibazo ni mandat ya 3?
Reke dusenge Imana yiyerekane.

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha