Businde: abayoboke ba Zebiya bashwiragijwe n’abajejwe umutekano

3 12-03-2013 - saa 04:01, IGIHE

Kuri uno musi wa kabiri igenekerezo rya 12 ntwarante2013, abayoboke ba Zebiya Ngendakumana bazindutse baja gusengera I businde bakaba bari bitwaje ubuhiri, imipanga n’ibindi.
Abajejwe umutekano bashatse ku bashwiragiza ariko barananirana muri iyo mishamirano hakaba hapfuye abayoboke ba Zebiya batanu hamwe na mirongo ibiri bakomeretse .Iyo nkuru tukaza kuyigarukako mu masaha ari (...)

Kuri uno musi wa kabiri igenekerezo rya 12 ntwarante2013, abayoboke ba Zebiya Ngendakumana bazindutse baja gusengera I businde bakaba bari bitwaje ubuhiri, imipanga n’ibindi.

Abajejwe umutekano bashatse ku bashwiragiza ariko barananirana muri iyo mishamirano hakaba hapfuye abayoboke ba Zebiya batanu hamwe na mirongo ibiri bakomeretse .Iyo nkuru tukaza kuyigarukako mu masaha ari imbere.

JPEG - 44.7 ko
Abantu 6 bapfuye
Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
2013-03-14 08:21:40

bITEYE AGAHINDA N’ISONI KUMVA AAMJAMBO MINISTRE EDWARD YAVUZE BIRYA BAVYITA KWERURA,IVYARIVYO VYOSE BAMENYEKO AMARASO ASESETS MUGIHUGU KO ARI UMUVUMO,KANDI AMARIRA ABARUNDI BARIKO BARIRA NTAZIJANA,NDAHOJEJ IMIRYANGO YABUZE

2
kamayirese 2013-03-14 04:20:34

birababaje cane gyose kubona abarundi mupfa ubusa gyose amaraso araseseka ntayorwa ubwo se abana muhinduye imfubyi bazorerwa nande?Muce mwisubiraho cane rwose

3
Marc 2013-03-13 09:42:49

Birababaje cane kubona police y’Uburundi yama ikoresha inguvu kukantu kose kabaye!Ibuke namwe abanyeshure 2 bapfuye muri Kaminuza y’Uburundi mu kigo co ku Mutanga, gaz lacrimogène bateye abemenyeshamakuru,akamararamaza nibi vy’i Businde!Abategetsi muri utwo turorero natanze muri twinshi bagaca batweruka bagashimira inzego z’umutekano!Nasabako Sentare mpuzamakungu yoza irandika ivyo bikorwa umusi uri izina ikazokora

Kumenyekanisha