Bujumbura : Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ingingo ya ONU yatanguye (Amafoto)

48 30-07-2016 - saa 10:22, Jean De Dieu

Imyirekano y’ukwiyamiriza ingingo yemejwe na ONU ibisabwe n’Ubufaransa yatunganijwe mu gisagara ca Bujumbura. Abari muri iyo myiyerekano bariko biyamiriza irungikwa ry’abaporisi ba ONU mu Burundi

Imyirekano y’ukwiyamiriza ingingo yemejwe na ONU ibisabwe n’Ubufaransa yatunganijwe mu gisagara ca Bujumbura. Abari muri iyo myiyerekano bariko biyamiriza irungikwa ry’abaporisi ba ONU mu Burundi

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

62991 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5  

1
Pasifike 2018-02-12 23:11:51

Tubivuna

2
NIZIGIYIMANA 2018-01-05 13:17:23

NAGOBAVUGE.ICIYUVIROCAJEKUBANTUBAGOBAKOTWOSUBIRAMUNTABARANTIBAPIMETWEGETUGOBAKUBAMUMUTEKANONTAGERE.UMUNYAGIHUGUYINDEGEVYA

3
kwizera ferdinand 2017-08-09 06:09:14

ivyo ntibindab kuk ndumwan

4
Ndihokubwayo Jerome 2017-06-16 20:04:30

icemezo Reta Yafashe Nico

5
carinie 2017-06-01 20:19:23

Ubujuju n ’ingwara, ngo ONU nireke kwivanga muvy’uburundi, murabanza mumenye ico ONU ivuga n’igituma yabayeho, ariko abanyamahanga iyo mukenye muca muvuga ngo bakure ama sanctions bashizehe, oya n’ukuri murateye isoni kubujuju bwanyu.

6
firijance 2017-02-01 09:38:39

bayiyamirijehageze kuko bashaka guteranya abonserimwe kandi aribo bokwiyumvikaniye

7
LIBE 2017-01-22 23:39:35

ABANYAMAHANGA,NIBAREK KWIVANGA NU.BURUNDI

8
NSABIYUMVA 2016-12-06 16:02:46

TWEBWE UBUTURI MUMAHORO KANDI IGIHUGU KIRATEKANYE UMUTEKANO NIWOSE KANDI NTITUBAKENEYE?

9
kaberege 2016-09-24 01:37:14

Ntitubakeneye.Turimumahoro

10
D Youth Way 2016-09-11 19:33:00

Bibarirwa Benshi Bikumva Benevyo.Jeho Mbandaya Mfungura Ubwa DONA Aha Muri Shelter.

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5  

Kumenyekanisha