Bruxelles‬ : Abarundi bari mu myiyerekano

9 29-04-2015 - saa 16:57, Jean De Dieu

Abarundi baba mu gihugu c’Ububirigi biriwe mu myiyerekano, biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.
Abo barundi bitwaje inzandiko ziriko ko biyamirije ubwicanyi ndengerabutungane, bakaba kandi batera ivyatsi ingendo yo guhohotera abari mu myiyerekano, aho hari n’abamaze kwicwa. Abo barundi, bakaba basaba ko amasezerano y’i Arusha yokwubahirizwa.
Tukabamenyesha ko, abo barundi bahuriye i Bruxelles, bavuye mu mihingo itandukanye, y’ico (...)

Abarundi baba mu gihugu c’Ububirigi biriwe mu myiyerekano, biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Abo barundi bitwaje inzandiko ziriko ko biyamirije ubwicanyi ndengerabutungane, bakaba kandi batera ivyatsi ingendo yo guhohotera abari mu myiyerekano, aho hari n’abamaze kwicwa. Abo barundi, bakaba basaba ko amasezerano y’i Arusha yokwubahirizwa.

Tukabamenyesha ko, abo barundi bahuriye i Bruxelles, bavuye mu mihingo itandukanye, y’ico gihugu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
AVEC 2015-04-30 04:54:48

ARIKO NKAYOMAJAMBO MWANDITSE MUVUGA NGO GENOCIDE UBWONTIMUBONAKO MUTEYE ISONI NAGAHINDA? NDABABAZE MWOBAMURIKO MURAVUGA IBIJANYE NAHANO BURUNDI CANKE MURIKOMURAVUGA IVYOMUKINDIGIHUGU ATARUBURUNDI?

2
Uwubizi 2015-04-29 22:07:10

@Dany Leinad
Uti rero u Burundi babucinyize duce twicecekera hanyuma n’ abana bazovuka baze bakurire mu gihugu kitubaha amategeko, ata terambere rishirwa imbere, igihugu Président yikinira agapira, agatera amavoka adakura, akagira ibikorane vyo gushimira Imana atemera uravye ivyo akora ngo kuko ama qauartiers yacu dushaka ko amera gute? Uzohende abandi. Ibi biriko biraba ni ukugira les générations futures zize zibe mu gihugu kizima.

3
Iragiryagahuturemi 2015-04-29 22:03:21

Komeza mubabwire biyerekane mumakratie barwiriyemwo berekaneneza kobagifisemwo abafise agatima kokutabana nabandineza, twebwe iwacu Kirundo abarikudutera urwamo baratekeye baragiye ubutwibereye mumahoro nubwo tubona imiryango imwimwe ibayeho nabi kubera ubukene. Ndashimiye abahutu bariko barakorana nakaryakarwi karimumyiyerekano kukobariko barabereka ukuntu vyakorwa mumyaka yaheze kumeza mubereke komubashigikiye ariko ayomakuru mukomeze kuyatanga mutitangiye ijobizodufasha.

4
Dany Leinad 2015-04-29 20:15:18

Nukuri Amahoro Muburundi Twagiye Tubona Kuva1952 Atamyaka10 Ihera Badahekuye Ubarundi.Ama Quartie Bihaye Biraberamwo Turabe Neza Ntiduturire Iwacu Iwabo Hakomeye!Kamenge, Kinama, Gihosha, Kiriri, Gasekebuye, Carama Namahoro.Intara17 Namahoro Twikebuke

5
Jean de Dieu Icoyishakiye 2015-04-29 19:12:48

muhoza aho wagomvye kwiyamamaza ngo twzbwe twemere utubibemwo amacakubiri teshwa ute twarabahinyuye mwebwe aba dd turabona genda ubabwireko twaciye ubwenge wewe pfana ubwo bujuju bwawe buuuu Waravumwe

6
Uwubizi 2015-04-29 18:36:28

@muhoza
Iyo urementanya ba ushiramwo ubwenge na bukeya au moins kuko n’ umwana w’ imyaka mike aca abona ko ubeshe kandi atariho wari uri.

7
Mjo 2015-04-29 18:32:47

Yooo, abarundi mwakemuye ibibazo byanyu neza kweli amoko encore???????????

8
vuba 2015-04-29 18:09:57

muhoza uranguha jewew ndaho ndi vrai DD kandi ndi UMUHUTU W,umutima tekereza

9
muhoza 2015-04-29 17:29:22

Musobanukirwe mumenye ukuri,twese uko mutubona aha turi abatutsi harimwo abahutu 3 batazi ivyo twibereyemwo

Kumenyekanisha