Bimwe mu vyo abakobwa banegura abahungu bakundanye

65 19-09-2014 - saa 13:05, IGIHE

Nk’uko hari ivyo abahungu badakunda kubona ku bakobwa bakunda kandi bafise ko imigambi yo kwubakana, eka n’abakobwa barafise ivyo bagaya ku bahungu. Bimwe muvyo abakobwa bakanka kubona kubona ku bahungu mu bisoma aha munsi.
Hari abahungu bibazako abakobwa ari bo bafise amakosa gusa, eka n’abahungu barafise ivyo abakobwa babagaya.
1) Ikintu ca mbere umukobwa yanka cane ku muhungu bakundana, ni kwumva ko uwo muhungu amuvanga. Bisigura ko amwihisha ko canke akamubesha ko atawundi afise ariko (...)

Nk’uko hari ivyo abahungu badakunda kubona ku bakobwa bakunda kandi bafise ko imigambi yo kwubakana, eka n’abakobwa barafise ivyo bagaya ku bahungu. Bimwe muvyo abakobwa bakanka kubona kubona ku bahungu mu bisoma aha munsi.


Hari abahungu bibazako abakobwa ari bo bafise amakosa gusa, eka n’abahungu barafise ivyo abakobwa babagaya.

1) Ikintu ca mbere umukobwa yanka cane ku muhungu bakundana, ni kwumva ko uwo muhungu amuvanga. Bisigura ko amwihisha ko canke akamubesha ko atawundi afise ariko afise abandi bakobwa bagendana.

2) Bamwe mu bakobwa baranka umuhungu yiyemera ko afise amahera canke ava mu miryango utunze. Bobo bahitamwo umuhungu yobihora ariko bikaboneka mu vyo yoba amukorera canke mu vyo akora.

3) Umukobwa aranka umuhungu ata muha umwanya ngo amwere ko amukunda vy’ukuri. Iyo uwo mukobwa agiye ku muramutsa, umuhungu akaguma yitaba amatelefone y’abandi bantu baba abo bakorana akazi canke abagenzi biwe. Hari n’abahugu iyo umukobwa bakundanye agiye kumuramutsa aca ashaka kumwereka uko "computer canke telefone yiwe ikora aho kumuha umwanya bakavugana ivy’urukundo.

4) Abakobwa baranka cane umuhungu w’umwanda, usanga anukisha amashesheti, ibirato, afise ibintu mu menyo canke anuka ku rukoba canke usanga mu cumba ciwe gisa nabi.

5) Abakobwa baranka cane umuhungu adafise imigambi, umuhungu w’ikinebwe yerekana ko atagira inguvu, eka umuhungu asa n’uko ataco ashoboye.

6) Abakobwa baranka umuhungu adashobora kuyagisha abantu hama igihe baba bagiye kuramutsa incuti canke abagenzi ugasanga umuhungu aguma ahoze nk’aho umenga ntagira ijambo.
Dusubiye inyuma gato, umukobwa ashobora kubwira amakosa nk’ayo umuhungu akunda abariko amwereka ko amufiseko imigambi yo kwubakana muri kazoza

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7  

1
irakoze lionnel 2018-06-15 20:44:14

ego nivyo

2
Ntakarutimana Longin 2018-06-10 04:52:58

Hoba Hariho Ingaruka Zo Kumwa Inzya Ku Muhungu?

3
samuel 2018-04-29 06:52:43

nikuberiki abakobwa bava abahungu ngo ntawundi bafise kandi babafise ?bivakuki?

4
Niyonkuru Patrick 2018-03-13 21:17:22

Ivyo Nivyo Kweri

5
Irankunda Simeon 2018-01-16 14:31:01

Buriya Aho Ngaho Ntabwo Mubeshe Nivyo.Ndabashimiye Cyane

6
Irankunda 2017-08-02 10:45:10

Nbyo Kabisa!

7
Masubageti 2017-07-21 19:09:21

ndabashimiy Cane Kwiyinkur Muriko Muraduh Kurububuhing Ngurukan Bubeny Iconobasab Nakeney Ibintu Umuhung Yokor Kugir Umukobw Agum Amwemer

8
Tizzo Eric 2017-07-16 06:20:12

ndumva Arivyo Kwel None Umukobwa Yobikubonako Ntihagire Ico Agahunara Aba Gukunda?

9
Nayizeye David 2017-07-11 15:54:01

nosaba Abahungu Kugira Isuku Cane Cane Kurukob Kukanw Kumesura Awmashesheti Kand Kasaba Abahungu Kutishira Hejuru Bagenda Baravvgako Iwabo Batunze Ikind Il Faut Kumuntu Wumuhumg Yihagararako Akaba Umuntu Ashwashwanutse

10
Emmanuel. 2017-06-10 04:03:19

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7  

Kumenyekanisha