Bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana wo kuwa 5 Rusama

0 5-05-2013 - saa 06:03, IGIHE

Abasengera mw’ishengero ry’aba orthodoxes mu Burundi bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 05 Rusama 2013.
Uwuserukira iryo shengero i Bujumbura amenyesha ko ubwo budasa buva ku kirangamisi barabirako( Julien) kuko gitandukanye n’ico ayandi masengero akoresha mu Burundi ( Gregorien).
Naho biri uko, uwo aserukira aba orthodoxes i Bujumbura amenyesha ko bose n’ayandi madini yemera Kristu bafise ukwemera kumwe, bemera nk’abandi ko Yezu( canke Yesu) yabambwe ku musalaba kuwa (...)

Abasengera mw’ishengero ry’aba orthodoxes mu Burundi bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 05 Rusama 2013.

Uwuserukira iryo shengero i Bujumbura amenyesha ko ubwo budasa buva ku kirangamisi barabirako( Julien) kuko gitandukanye n’ico ayandi masengero akoresha mu Burundi ( Gregorien).

Naho biri uko, uwo aserukira aba orthodoxes i Bujumbura amenyesha ko bose n’ayandi madini yemera Kristu bafise ukwemera kumwe, bemera nk’abandi ko Yezu( canke Yesu) yabambwe ku musalaba kuwa gatanu mweranda. Baraheza bagahimbaza Pasika nk’abandi ariko bagatandukanira ku munsi bayihimbarizako bivuye ku kirangamisi gitandukanye n’ic’abandi bakoresha.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha