Avry Mbonicuye yiyemeje kurata ubwiza bw’igihugu

1 7-02-2013 - saa 10:04, IGIHE

Guhesha agaciro igihugu mu kwerekana ibigo ndagakaranga nibindi vyiza bigize Uburundi nibihugu bihana imbibe nivyo vyatumye Avry Mbonicuye atanguza ikigo caba rukerarugendo citwa Intore Tours inyuma yaho igihugu kiviriye muntambara.
« Intore » zari intwaramiheto z’umwami ari nazo zaguye zikanakigira imbibe zigihugu c’ uburundi bimwe muvyatumye Avry Mbonimpa aha iryo zina ico kigo kuko ngo kanatsinda yihaye intumbero yukwagura igihugu mukwubaka izina ry’Uburundi mumakungu be no mu mitima (...)

Guhesha agaciro igihugu mu kwerekana ibigo ndagakaranga nibindi vyiza bigize Uburundi nibihugu bihana imbibe nivyo vyatumye Avry Mbonicuye atanguza ikigo caba rukerarugendo citwa Intore Tours inyuma yaho igihugu kiviriye muntambara.

JPEG - 47.7 ko

« Intore » zari intwaramiheto z’umwami ari nazo zaguye zikanakigira imbibe zigihugu c’ uburundi bimwe muvyatumye Avry Mbonimpa aha iryo zina ico kigo kuko ngo kanatsinda yihaye intumbero yukwagura igihugu mukwubaka izina ry’Uburundi mumakungu be no mu mitima yabarundi mukubakundisha igihugu cabo.

JPEG - 33.4 ko

Avry Mbonimpa abicishije mukigo ciwe Intore Tours aramaze gukwega ingenzi zitari zike mukuzereka ivyiza vy’iburundi kuva mu kwezi kwa Gitugu 2011 aho yataguza ico kigo.

Uburundi ni umutima w Africa akaba ari nigihugu gifise ikiyaga kumurwa mukuru waco muri Africa, ni naho hari isoko ry’uruzi Nil ruca hagati y ibihugu vyishi ivyo vyose vyodutuma twiratira igihugu cacu. Avry Mbonimpa abicijije mu kigo ciwe Intore Tours arakira abarukerarugedo kuva kukibuga c indege ca Bujumbura gushika kwi Hoteli aba yabateguriye.

JPEG - 39 ko

Intore Tours irafise nigisata cugutegura imanza(organisation des évenements) ninayo iriko irategura igiteramo Love Fashion izoba ku musi witiriwe umweranda valantino( saint valentin) itariki 14 z ukwezi kwa kabiri uyumwaka kuri Hoteli Belair isaha imwe y’ijoro.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
angelos 2013-04-27 16:43:23

avry akorera hehe?twomenya adress kubra ingenzi ziri henshi twifuza kumenya adress

Kumenyekanisha