Amashuri Kaminuza yo mu Burundi

40 11-01-2013 - saa 06:26, IGIHE

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

11
NDIKUMANA Zabulon 2015-04-22 08:47:21

Emwe kaminuza yuburundi nijambo rinini cane abatayize nibamaramare bihorere

12
David 2015-03-11 13:57:10

Univcollines yo vipi k ntayibona?

13
bosco 2015-03-10 11:26:37

kubundi ivyo mumenyesha turabishima mais harico tugaya,ntimwigera mwishura kubibazo kandi muze murungike no kurubuga rwa facebook

14
NDAYIKEZA Nicaise-UB 2015-02-25 10:54:16

Je pense qu’il serait mieux de montrer la qualité de ces universités au lieu de montrer les batiments seulement.Par ailleur,montrer toutes les universités montrerait votre mobile et votre impartialité.

15
sylvestre 2015-02-18 10:45:05

ahubwo mwasaze université des grands lacs ntimushirako ? kandi mubibazo aba etudiants bakora yama iba muri zitatu zambere?attention!

16
claude ngabo 2015-01-18 21:23:29

yemw ndazi les locaux peu importe :martin n’umuvyeyi wama prive!!

17
Alexandre 2015-01-04 20:36:19

Merci de nous avoir montré les belle photos de certaines universités du Burundi.Mais,pour les universités privées,il fallait nous montrer les frais qu’on paie pour une année académique,la formation que vous allez donner,...si non,les locaux ne vont rien et ne signifient rien

18
nduwimana 2014-11-28 11:49:39

ko mutandika aho muzokugururira annee academique ya 2014-2015 mwongere mwandike nibikenewe vya dossier cane cane kuri universite du lac tanganyika

19
me 2014-11-28 11:31:02

Institut Supérieur des Technolgies IST yoyo? Ningene ses loréats aribo bajejwe la grande partie y’ivyuma vyo gurumanako vyaha i bujubmura ?

20
J.BOSCO 2014-11-06 09:08:52

E.N.S iracari iyambere kuko isohora abarezi babinonosoy kandi babishoboy baramurira i Gihugu

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

Kumenyekanisha