Abarundi baba mu mahanga bibutse abagandaguwe mu kiringo ca gatatu

12 13-10-2015 - saa 13:42, Jean De Dieu

Abarundi baba mu mahanga baragize imyiyerekano kuri uwu wa mbere, imbere y’inyubakwa ya Maison Blanche muri Reta zunze ubumwe z’Amerika i Washington‬. Iyo myiyerekano yakozwe mu ntumbere yo kwibuka abarundi bagandaguwe mu kiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA
Amwe mu mazina y’abagandaguwe

Abarundi baba mu mahanga baragize imyiyerekano kuri uwu wa mbere, imbere y’inyubakwa ya Maison Blanche muri Reta zunze ubumwe z’Amerika i Washington‬. Iyo myiyerekano yakozwe mu ntumbere yo kwibuka abarundi bagandaguwe mu kiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA

Amwe mu mazina y’abagandaguwe

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
Rafael 2016-01-22 06:25:20

Muraduserukira

2
yego 2015-10-31 14:13:49

Uwisi itarakaranga iba ikimushakira ibirungo

3
Garuka 2015-10-28 20:31:36

EWE TABARA NTUMARAMARA UBONA ADOLPHE YOJA HAMWE NABANDI?NDAGUTWENZE GUKO UB AYABONYE SIYO!NASHEBUJA KOTAMUTEGUJE NGO YIHANE UBU ARIHABI NTAKAMARO KOKUMUSHRA MUBANDI.BIBUTSE ABAZIRA UBUSA URYA WE YAPFUYE HAGEZE.

4
oscar 2015-10-17 20:49:09

nashimwe ibikogwa vyabreye iyo. muce mubimpera inyishu.

5
TABARA% 2015-10-14 22:06:01

BENEBURUNDI NIMUZE TWURURUKE KUVYUBAHIRO TWISIGE IMINYOTA TWAMBARAMAGUNIRA DUSENGIMANA KUMBE YOKWIGARURA NAHAHANDIHO BENEBURUNDI TURAHASHIRIRA PE.

6
Cyrius 2015-10-14 08:55:16

Ko ntabonyemwo izina rya Gen Adolphe, musiguye ko atapfuye. Canke hari umurwi wabapfa barabigenewe batabaraje ishinga. Abapolisi bahahoneye ko atanumwe mbona murutonde mwakoze. Muragahambirwa nimwe mugisibije muburundi, ninayompamvu mwabudutayemwo ngo mubudutsindemwo ariko, naho hazosigara umurundi umwe wumutima azobuhagararira mweho muzohonera iyo nyene muri. Urabona ngo murahemuka, kugurisha igihugu cakwibarutse! Ewe barundi! Muzopfa mutyo!

7
emma 2015-10-13 20:07:11

aho ntimwokwihanura mukabona ko ababirigi bababeshe.
urazi iterambere ryoba ubatusti bintagondwa bahindutse!
ubahutu bama babica aruko bamwe murimwebwe mushaka kubatwara nkababazungu bo muri afrika yepho. ARIKO BARIHANUNE
HINDUKA PLEASE PLEASE BROTHERS DUKUNDANE EREGA TUVUGA RUMWE NTAKIBIRIGI MUVUGA!!

8
munezero gerald 2015-10-13 19:36:42

natwe turababaye kubabanyagihugu bafpa bazirubusa amakungu amukurekamaboko azikuraho ntamumwirukanye

9
Innocent 2015-10-13 17:19:12

Nukuri Birateye Ubwoba Turavye Abantu Bapfa Muriki Gihe Hama Ngatangazwa Numuntu Ariko Agarukana Ikibazo Cubwoko.Uwo Yananiwe Azana Ivyo Bibazo Vyubwoko

10
Uwizeye 2015-10-13 16:06:07

Murazi gusega basha,abapfuye bobo ntibahera kuriyo mandat.umukiza ni Yesu nayabandi bose nabaryi gusa!!

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha