Hollande : Abarundi mu myiyerekano imbere ya sentare y’i La Haye

11 2-06-2015 - saa 10:47, IGIHE

Abarundi baba mu gihugu ca Horande batumirira abarundi bose baba muri ico gihugu hamwe n’ibihugu bihegereye kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuwa gatanu igenekerezo rya 5 Ruheshi.
Nkuko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 2 Ruheshi,iyo myiyerekano izobera imbere y’inyubakwa zikoreramwo sentare mpuzamakungu mpanavyaha y’i La Haye,yatunganijwe mu ntumbero yo kwiyamiriza amabi yo mu ntambara n’amabi asinzikaza agateka ka zinamuntu akorwa n’ubutegetsi bw’Uburundi. (...)

Abarundi baba mu gihugu ca Horande batumirira abarundi bose baba muri ico gihugu hamwe n’ibihugu bihegereye kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuwa gatanu igenekerezo rya 5 Ruheshi.

Nkuko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 2 Ruheshi,iyo myiyerekano izobera imbere y’inyubakwa zikoreramwo sentare mpuzamakungu mpanavyaha y’i La Haye,yatunganijwe mu ntumbero yo kwiyamiriza amabi yo mu ntambara n’amabi asinzikaza agateka ka zinamuntu akorwa n’ubutegetsi bw’Uburundi.

Amakuru dukesha ikinyamakuru Bujumbura News amenyesha ko urugendo ruzotangurira ahitwa Spuiplein isaha zitanu n’igice mu masaha yo ngaho,bace bagana ingoro ya Sentare mpuzamakungu mpanavyaha yi La Haye.Iyo myiyerekano bitegekanijwe ko izorangira igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.

Abandi batumiwe muri iyo myiyerekano,ni abagenzi bose b’abarundi,amashirahamwe mpuzamakungu ategamiye Reta kandi akorera mu bijanye no gukingira agateka ka zinamuntu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
cumacindubaruba 2015-06-02 12:37:47

Ngo kandi i camion yuzuye amapine yoguturirira mwibarabara rija kwiyo sentare izoba ibarindiriye, basabwe nokwitwaza igikinju ca essence cogusuka kumapine kugira ashe neza, basabwe nokuza banyoye urumogi rukwiye namazirantoki ntibazoyibagire yogusuka mwibarabara kugirango inzego zumutekano zibure aho zica. kugira duhashe nubutagisubirayo imbonerakure zatwinjiyemwo ngaha ollands nazo nukuzituririra mumapine tubasanze aho baba kugiratwereko abari i bujumbura tubarusha amakari.

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha