Abarundi baba Montreal na Quebec mu myiyerekano

17 10-05-2015 - saa 08:10, Jean De Dieu

Abarundi baba Montreal , Ottawa na Quebec bashika hafi 350 mu myiyerekano yokwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza
Icatumye bagira iyo myiyerekano naco akaba ari ukwifatanya n’abarundi mu mubabaro barimwo, nkuko babandanya bavyivugira.
Photos: Mucowintore Boris-Evrard

Abarundi baba Montreal , Ottawa na Quebec bashika hafi 350 mu myiyerekano yokwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza

Icatumye bagira iyo myiyerekano naco akaba ari ukwifatanya n’abarundi mu mubabaro barimwo, nkuko babandanya bavyivugira.

Photos: Mucowintore Boris-Evrard

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
nora shekka 2015-05-10 13:53:19

muvyanke mubikunda muzokwama mutubona kandi tuzokwama duharanira ageteka k`igihugu cacu, nayo mwebwe mutagwaye sida murumira kwisi hahaaaaa muribwe nibisiga.

12
Nibitanga Désiré 2015-05-10 13:44:54

uburundi bwokizwa n-amasengesho gusa atanikindi kirinze gusabwa kuko indongozi dufise uyu musi zikorera shetani kuko nabo ari amadayimoni nayo akunda amaraso aseseka kugira anezereze sata yabahaye ubukuru bwo mw-ici ivyo navyo vyumvise amasengesho birapfa ibindi bigahunga izo shetani zibarimwo tuzozitsinda imana turikumwe kanatsinda nuwubatuma yaratsinzwe amen.

13
patrick 2015-05-10 11:43:38

gerageza mudufashe ariko mbona amatwi ya Peter nkurumbi ngira yokwumva yokeje nkayimpene

14
Antoine Niyibitanga 2015-05-10 11:11:51

Erega yemwe ni akumiza. umykuru w’ingabo z’igihugu c’Uburundi ati:"Ku wambere ntamyiyerekano dukeney mugihugu cacu." mbega abo muri Canada bo babarundi ntibovyihoza kugira dukoreshe rivuga ryo gukauka? erega mû kirundi ngo "Uwihoreye ahonga bike."
abasenga tubandany gusenga kandi Imana izotwishura vuba.

15
Jamal Mohamed 2015-05-10 10:54:21

Mwovuga ukuri naho ko ari aka association kabarundi babatutsi aba montreal barwaye sida bose bakabimenya kuko ntitwabatumye twebwe aba Montrealais

16
pascal ndayi 2015-05-10 10:48:04

gerageza murabe natwe turinyuma yanyu,ariko mbonumengo bariye umuti.

17
Saidi Hamad 2015-05-10 10:47:08

Nimuje kwiga muve mumabarabara mwarishwe ninzoga!Abo ba puttes babakobwa nabo babanze baje gufata imiti ndabona bibagoye!!

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha