
Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.
Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka (...)
Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.
Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka cane. Willy Nyamitwe bivugwa ko yoba yakomerekejwe ku kuboko n’urusasu, akaba yaciye ajanwa kwa muganga, ku bitaro KIRA HOSPITAL biri mu gisagara ca Bujumbura.
Abicishije ku muhora Twitter wiwe, Alain Aime NYAMITWE, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu, akaba n’umuvukanyi wa Willy NYAMITWE, yemeje ayo makuru y’igitero cakozwe kuri uwo muhanuzi w’umukuru w’igihugu, ashimira Imana ko acitse kw’icumu.
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5
Nibaza ko Nyami head yakometse kubwo akaboregwe uwo mupolisi nawe ngira ni nyamitwe yamunize kuk uburundi ni nyabagendwa"time will tell it"
Imana Nihabwe Icubahiro Kuba Yamurokoye! Kandi Ndahojeje Umuryango Wuwo Mu police Yaguye Muricogitero,
Birabaje Kuza Barakuramwo Kamwe Kamwe.Kandi Turababaye Ko Yacitse Ikimuga.Ariko Bobura Bagomora Pita Kuko Abandi Bagwa Mumporero.
Birabaje Kuza Barakuramwo Kamwe Kamwe.Kandi Turababaye Ko Yacitse Ikimuga.Ariko Bobura Bagomora Pita Kuko Abandi Bagwa Mumporero.
Abarundi muramaranye neza neza .
Nibaza ko ubwo Ari ubutumwa kuba dd birirwa bica benewabo babakorera nayandi mabi ateyisoni barangiza bagaca bavuga ko muburundi Ari amahoro ngirango yumvise ko ucudashaka ko bakugirira nawe utokigirira abandi abantu mwirirwa muraca amazosi ataco mubaziza nimurindire imana igiye kuba garagaza mwese mutangare Ari nda mutegereje numve ko kumugora aza gusimbira kwiradiyo atubwira ko amaho Ari umusesekara mugihugu
@ Kamaro
Gabanya ubwo bugoryi bwawe. Ntukazane ibyo mwijanditsemo mwicana numwanda wanyu kuri Presida wacu. Mugume hamwe mu marane hanyuma muzabona ingaruka zabyo. Nimukomeza tuzabaha isomo ryayuma.
Hahaha birakomeye ni baze baramarana nkinyana vyingurube, igihugu ntigipfakara, nakare baraduhoneje barakarushwa.
Tout se paie ici bas, iyo ni Gasopo 2016 ntayiheza,no mu bitaro baramusangayo,mchezo wa ndani,Bunyoni arabamara
Birababaje
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5