Willy Nyamitwe yahatswe kugandagurwa

48 29-11-2016 - saa 06:26, Jean De Dieu

Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.
Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka (...)

Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.

Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka cane. Willy Nyamitwe bivugwa ko yoba yakomerekejwe ku kuboko n’urusasu, akaba yaciye ajanwa kwa muganga, ku bitaro KIRA HOSPITAL biri mu gisagara ca Bujumbura.

Abicishije ku muhora Twitter wiwe, Alain Aime NYAMITWE, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu, akaba n’umuvukanyi wa Willy NYAMITWE, yemeje ayo makuru y’igitero cakozwe kuri uwo muhanuzi w’umukuru w’igihugu, ashimira Imana ko acitse kw’icumu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

67329 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5  

21
ad 2016-11-29 17:43:43

None Ababikoze Nibande?Sabonyene Bamucungera Mwirigwamubaronderakure Rekareka Turabimenyeye.

22
alia 2016-11-29 17:00:52

imana irakoze kuba warusimvye uburero jakuri radio utubwire umutekano uri kubice bingahe kwija?

23
Jamvier 2016-11-29 16:56:58

Asha uyo uwamuhushije yagerageza murundi...ingene atambira kumivyimba sinarinzi ko hogera igihe akabona umuriro mumaso yiwe ndumuhutu mugenzi we muga amajambo amuvamwo ntahesha icubahiro zina Murundi wese ...Komere

24
jean 2016-11-29 16:12:45

nawe uva amaraso mutama. wabibonye?

25
kaberuka jeanne 2016-11-29 15:28:27

Reka kuba mubeshyera Kagame wa cu di.

26
Radius 2016-11-29 14:35:34

CNARED. SINDUMUJA NA BUYOYA ni mutahe babereke nta igihugu muzotoza intoke kiriho. Impera ni mperuka muzohinyuka.
Buyoya urwawe rurakurindire!!!

27
Mob 2016-11-29 13:22:03

Ubutaha ntimozuhushe mbahaye amanita 3/10

28
MURUNDI 2016-11-29 12:55:13

Coup monté. Et puis c’est un coup interne. Le réseau commence às’entre- tuer. Barakugarika a tué Adolphe, lui aussi tué par Désiré, aujourdhui désiré en prison......Bunyoni progrmme chaque fois de tur Nyamitwe. De toutes les façons bose bazomarana,le dernier qui va rester ce sera Bunyoni.....pcq’il est intelligeant. Et puis il nomera Buyoya àla présidence pour calmer la situation. Wait and see. Le polithologue vous parle. Ndadaye était vraiment très fort, mais les suivant gâchent ce que ce dernier a créé. N’est- ce pas vraiment Willy Nyamitwe? Ces journalistes etrangers que Nyamitwe a donné l’interview,akababwira presque tous les secrets,nibyo ugiye kuzira. Jewe mbona vyiza wakwikorera réfuge au Rwanda.....nico conyene,igihugu cobigufashamo.

29
nkotanyi 2016-11-29 12:48:56

Narintangaye ukuntu inkuru nk’ iyi yarangira nta kigoryi kivuze H.E KAGAME, abarundi niyo mpamvu mutazapfa muvuye mu bibazo murimo rwose mubura gushakira ibibazo aho biri mu kabishakira mu Rwanda ?? mubure gukemura ibyanyu mukomeze mubyitirire u Rwanda tu twe ntacyo bitubwiye uwo nyamitwe yapfa atapfa ntacyo bihindura ku gihugu cyacu rwose. Imana ikomeze ibarinde.

30
willy 2016-11-29 11:46:49

burya birashoboka hahahaha narinziko bitoshobokako kuber icegera cimana ntivyokundako bakirasa? nyamba bariko barabesha nivyabinyoma vyokungurukana bumenyi bakwiragiza

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5  

Kumenyekanisha