
Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.
Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka (...)
Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.
Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka cane. Willy Nyamitwe bivugwa ko yoba yakomerekejwe ku kuboko n’urusasu, akaba yaciye ajanwa kwa muganga, ku bitaro KIRA HOSPITAL biri mu gisagara ca Bujumbura.
Abicishije ku muhora Twitter wiwe, Alain Aime NYAMITWE, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu, akaba n’umuvukanyi wa Willy NYAMITWE, yemeje ayo makuru y’igitero cakozwe kuri uwo muhanuzi w’umukuru w’igihugu, ashimira Imana ko acitse kw’icumu.
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5
mbe bakurondera kwiki mitwe.iyaba bakurondra barigushika kumodoka bakarabako wapfuye.ivyo ivyo nimcezo wandani muta bariko baragukina ahubwo uragabe.urashimirimana
@Tari. Uvuze ibintu bizima. Je pense ko ayo matohozakuri Maggy na Pacifique azakorwa vuba.
HAHAHA UKWONYENE WILI NYA
MITWE NTAGAPFE ABAKEW GUPFANTIBAPFA HAPFA INTUNGANE NIMURIRINDE MUHER MWAFASHIGIHUGUCUBURUNDI MURAGIHINDURIRA MUKIGIRA MUKIRANKIMPUZU IRIMWIBIHER MWEBWEBAZOBAMAR KUKO NIMWEMWABIZANY NGOCARABAVUNY NUMUKENYER KIBAVUNENYE
Barundi na Leta yanyu nimwe mworora imisega. Reba nka Pacifique Nininahazwe yajyaga afata abana b’abakobwa batarengeje imyaka 15 kungufu aka ba viola. Nimubashake mukusanye ibimenyetso maze ubutabera bukore. Maze murebe ko hazagira igihugu yongera gukandagiramo. Uwitwa Maggy we yafataga abana b’abahungu kungufu. Nsabye leta y’uburundi gukora amatohoza. Hanyuma hagatangwa imitahe yo kubacakira
Haaaa birababaje kubona mushiki kwica Nyamitwe kubera akora neza ivyo yantumwe ariko ikibabaje caaane nuko bamuhushije ukoze wokora ugahura.
Agakino kaba DD katahuwe,hari umututsi bagira bice, murindire gato,nah u Rwanda murureke rwirambire
IMANISHINWE.KOYAKÛZIGAMYE.NIDUKUNDANE.NKUKOYESU.YADUKUNZ
Reka ya corruption mwagira principe de gouvernement ibagaruke. Avec la corruption personne n’est à l’abri. Na Nkurunziza yigira surivu abo bagendana nibo bazomuyoza iminwe. Murabaza nta ntwaro nimwe igize corruption mode de gouverment iragama. Mwebwe nyene muzimaranira hagati yanyu.Inda y’"ibihumbi" umugani wanyu izobahumira.
Inkinamico.com, les DD murahenda abandi
@jamvier. Ubuhutu ntawe ubukubajije wa gihunyira we. Ibyo byerekana ko uri umututsi wumwicanyi. None kubera nostaligie ya 72 mwashakaga kumwica nkuko mwishe ababyeyi biwe.
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5