Weekend y’imbonekarimwe hamwe na "Weekend Promo" muri Smart

0 27-10-2017 - saa 17:11, Egide NDUWIMANA

Weekend iratanguye hamwe n’akarusho "Weekend Promo" muri Smart. Kuva igenekerezo rya 27 gushika kurya 29 ukwezi kw’icumi, Smart yateguriye abanywanyi bayo akaganuke. Wa muganda “Bouquet voix” uzananye n’uturusho twinshi iyi weekend.

Ya minota 5 mwagura amafaranga 450 ntikimara umusi umwe gusa. Hamwe na Weekend Promo, imara imisi 7.

Fyonda *888*2*1*1# hama wironkere iminota 5 yo guhamagara smart kuri smart ikamara ikiringo c’imisi 7. *888*2*1*2# hama wironkere iminota 10 ku mafaranga 850 ikamara imisi 7.

Ntimwibagire ! Umunywanyi wa Smart ashobora gushiramwo uwo muganda incuro zose yipfuza muri iyi weekend.

Akabirya rero muri iyi weekend, n’uko batatu ba mbere bazoshiramwo incuro nyinshi uwo muganda muri iki kiringo co kuva itariki 27 gushika 29 z’uku kwezi nyene, azoronka agashimwe k’ama inite agera ku mafaranga ibihumbi mirongo itanu. (50.000Fbu).

Ntimutangwe guhimbaza weekend n’akarusho gashasha hamwe na Smart.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha