Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu asaba urwaruka kwigenza neza

3 30-12-2016 - saa 08:34, IGIHE

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Nkurunziza ahamagarira urwaruka kwigenza neza no kuba maso kugira bashike ku migambi bihaye.
Mu nyigisho yatanze ku rwaruka mu gikorane catunganijwe n’umuryango nw’umukuru w’igihugu mu ntara ya Rutana, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yabwiye urwaruka rwo mu ntara ya Rutana ko rukwiye kwicunga na cane cane mu mitima.
Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yahanuye urwaruka kugendera mu nzira z’intungane ,rukagendana kandi n’abo bose batinya (...)

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Nkurunziza ahamagarira urwaruka kwigenza neza no kuba maso kugira bashike ku migambi bihaye.

Mu nyigisho yatanze ku rwaruka mu gikorane catunganijwe n’umuryango nw’umukuru w’igihugu mu ntara ya Rutana, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yabwiye urwaruka rwo mu ntara ya Rutana ko rukwiye kwicunga na cane cane mu mitima.

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yahanuye urwaruka kugendera mu nzira z’intungane ,rukagendana kandi n’abo bose batinya Imana.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
claude 2017-01-05 14:41:24

UBU ANNTU BENSHI BIRABAGORA KWIGENZA NEZA

2
Nzeyimana 2017-01-03 11:01:58

Bazuhanure umugabo wawe yahejeje abantu abaca!,ntaguhanura uzi iyuba waruzi guhanura wariguhera munzu yawe.

3
niwirambire mabuja 2016-12-31 10:32:08

mabuja ntiwomubwira mutama ko yamaze kuronderera urwaruka gwiwe akareka kwiteranya nabenegihugu biwe mbe ivyo yarondeye urwaruka rwiwe ruzobirirahe urundigwaruka rubaraba kweli?

Kumenyekanisha