
Umukuru w’urwego rw’igihugu rujejwe kugenzura ibimenyeshamkuru mu Burundi CNC (Conseil National de la communication ) asaba abamenyeshanakuru kumenyesha ivyo bajejwe mu kugendera akarangamutima ku mwuga.
Mu nama yatunganijwe nurwo rwego kuva kuruno wa kane igenekerezo rya 4 Gitugutu umwaka wa 2018,umukuru wa CNC Nestor BANKUMUKUNZI yamenyesheje ko iyo nama itunganijwe mu gihe haheruka gushirwaho itegeko rishasha rigenga abamenyeshamakuru,hari igikorwa co gutanga ikarata ku bamenyeshamakuru hamwe nuko abamenyeshamakuru bariko bitegurira kuzokurikirana amatora.
Nestor BANKUMUKUNZI yavuze ko ibizokwigirwa muriyo nama bizofasha guteza imbere ikigo CNC hamwe no guteza imbere umwuga wo kumenyeshamakuru.
Andika hano
I am
unemployed
degree dropout
male
forced pensioner aged 39
chamu bhobho
ecocash diaspora 263773046291
USd 6 000