Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji

1 19-09-2018 - saa 19:49, vianney

Inama nshikiranganji yakoranye kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Nyakanga umwaka wa 2018 irongowe n’Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA hakaba hari integuro z’amategeko zishika zitanu zari k’urutonde rw’iyo nama.

Zimwe murizo nteguro zitanu hariho iyijanye n’itegeko ritunganya gushasha ubushikiranganji bwo kwivuna abansi no gukurikirana abahoze k’urugamba hamwe n’itegeko rijanye n’iyinjira ry’igihugu c’Uburundi mw’ishirahamwe mpuzamakungu rikoresha umuyagankuba uva kw’izuba.

Iyindi nteguro yari ku rurwo rutonde n’irijanye n’umugambi wo kubaka inyubakwa ikomeye bita “Mall” hamwe n’ibindi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Sindayigaya cleophas 2018-09-24 19:01:35

Nyenicubahiro nakomeze ibikorwa vyiza turamushigikiye

Kumenyekanisha