Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji

2 3-10-2018 - saa 14:32, vianney

Inama nshikiranganji yakoranye kuruno wa gatatu igenekerezo rya 3 Gitugutu umwaka wa 2018 irongowe n’umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA.

Ivyari k’urutonde rw’integuro biza kwiga muriyo nama nshikiranganji n’ibijanye n’integuro y’itegeko rigenga sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro hamwe n’amasezerano asubiramwo ibijanye no kubaka ibarabara inomero zitatu igice ca Rumonge Nyanza Lac.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Bizoza Manweri 2018-10-03 21:10:07

Andika hano Nkubahwa Sebarundi Petero Nkurunziza Ndagushimiye Ko Wasimikiye Kubumwe Kuko Ubumwe Burubaka Bukagwanya Umwasi. Murakoze Imana Ikomeze Kubazigama.

2
Bizoza Manweri 2018-10-03 20:51:21

Andika hano Ndabaramukije Nyakubahwa Sebarundi Ndagushimiye Kowashimikiye Kubumwe Ubumwe Burubaka Buragwanya Umwasi Imana Ikomeze Kubazigama.

Kumenyekanisha