Umukuru w’igihugu yagenye umukuru w’urwego nshingwantwaro rwa FMCR

1 28-06-2018 - saa 07:47, IGIHE

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye umuyobozi mushasha w’urwego nshingwantwaro rw’ikigega gitanga ingurane Fonds de Micro-Credit Rural FMCR.

Uwagenywe n’itegeko ry’umukuru kurongora urwengo nshingwantwaro rwa FMRC ni MANENO Jean Bosco yasubiriye Pontien HATUNGIMANA yahora arurongoye.

MANENO Jean Bosco yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu, inomero 100/070 ryo kuwa 27 Ruheshi 2018.

Muri iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, ugukundisha igihugu n’iterambere ry’igihugu asabwa gushira mu ngiro iyo ngingo.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
ndayisenga etienne 2018-07-01 00:57:46

Azokiraningoga Turamusengera

Kumenyekanisha