Umugambwe Sahwanya FRODEBU waronse abarongozi bashasha

2 9-07-2018 - saa 09:04, vianney

Pierre Claver NAHIMANA niwe yatowe ngo abe umukuru w’umugambwe Sahwanya FRODEBU mu matora yatunganijwe kuruyu w’Imana igenekerezo rya 8 Mukakaro 2018.

Murayo matora Leonce NGENDAKUMANA yagumye mu kibanza c’icegera c’umukuru w’umugambwe mu gihe Oswald NTAKIRUTIMANA yatowe kuba umunyamabanga mukuru w’uyo mugambwe.

Pierre Claver NAHIMANA asubiriye Frederick BAMVUGINYUMVIRA ari mu buhungiro.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
kabuga 2018-07-10 15:00:20

VUBA CANE IMIGAMBWE IGIYE KUZIMANGANA, AMATORA GUTYO, AMADINI GUTYO, HAZE THEOCRATIE intwaro y’Imana itagira amatora kandi izokorera bose. Bihakane canke ureke hafi cane

2
NGENDAMBIZI Jonathan 2018-07-09 15:20:45

Nyakubahwa NAHIMANA Pierre Claver nahangame kuko ni umuntu ashoboye amabanga yashinzwe. Yarakoreye kandi Igihugu cane. Imana imuzigame. Ndakeka kw’azoronka abanywanyi benshi. Je l’adore il est calme, serviable et intègre. Ni umushingantahe abikwiye.

Kumenyekanisha