Uguhuza ibitsina hagati y’ababisangiye vyoba bibaho mu Burundi?

25 4-10-2017 - saa 14:40, IGIHE

Abahuza ibitsina babisangiye, mu bihugu bimwe bimwe, bafatwa nk’abarenze imigenzo ndetse bagafatwa nk’ab’avumwe.

Mu bihugu vyinshi vyo ku mugabane wa Afrika barabihana nk’uko amatohoza yakozwe mu mwaka wa 2014 avyerekana. Ibihugu 38 kuri 54 vyo muri Afrika birahana iryo huzabitsina ku babisangiye.

Naho iyo nyifato yamyeho kuva kera mu bihugu bimwe bimwe vyo ku mugabane wa Buraya, ku mugabane wa Afrika hoho iyo nyifato iguma ari umuziro.

Umwe mu bahuza ibitsina babisangiye w’umurundi amenyesha ko kumera uko ari kamere k’umuntu kandi ko bidashoboka ko muribo bahindura uko bari. Amenyesha ko ubuzima bwabo butoroshe kuko mu kibano batemewe.

Dufatwa nk’abarenze imico n’imigenzo.” Niko avyemeza. Arongera akamenyesha ko ata shirahamwe rihari riharanira agateka kabo.

Mu ntango y’ikinjana ca 21, iyo nyifato ho yatangura kuja ahabona cane. Si agaseseshwa rumuri, biriho no mu gihugu c’Uburundi.

Muri uwu mwaka w’2017, ibihugu bimwe bimwe vyo mu mahanga nk’Ubudagi, Malte n’ibindi vyaremeje amategeko arekurira abasangiye ibitsina kwubakana mu gihe abacamanza 47 bahurikiye mu bihugu 47 vy’inama ya Buraya bemeje ko ata burenganzira babifitiye.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

41823 12 3-01-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3  

21
Bosco Irankunda 2018-02-20 22:47:37

Mbe Burya Ivyobintu Birabaho? Bobikora Gut? Kandi Basangiye Ibitsina.

22
Alexandre Nshimirimana 2018-02-13 22:33:51

Kubwanje Abo Bantu Bahuza Ibitsina Bisangiye Nibaba Barabigize Canke Bariho Ntateka Ryo Kwitwa Umuntu Bagisigaranye Ubu Nibikoko Bitagira Izina Kuko Imana Yaremye Umugabo Numugore Badasangiye Ibitsina

23
Nkurikiye Isaac 2018-01-12 19:13:19

Abo Bantu Bahuza Ibitsina Basa Nukubirukako

24
ntawunyurisi gilbert 2018-01-04 21:14:45

guhanwa ndumva arivyo cank baj mubudagi

25
Ntakirutimana John 2017-10-05 04:57:15

nibihumane iyomihimbiri nukuyihasha bazokwomoke.

Paji: 1 | 2 | 3  

Kumenyekanisha