Uguhuza ibitsina hagati y’ababisangiye vyoba bibaho mu Burundi?

25 4-10-2017 - saa 14:40, IGIHE

Abahuza ibitsina babisangiye, mu bihugu bimwe bimwe, bafatwa nk’abarenze imigenzo ndetse bagafatwa nk’ab’avumwe.

Mu bihugu vyinshi vyo ku mugabane wa Afrika barabihana nk’uko amatohoza yakozwe mu mwaka wa 2014 avyerekana. Ibihugu 38 kuri 54 vyo muri Afrika birahana iryo huzabitsina ku babisangiye.

Naho iyo nyifato yamyeho kuva kera mu bihugu bimwe bimwe vyo ku mugabane wa Buraya, ku mugabane wa Afrika hoho iyo nyifato iguma ari umuziro.

Umwe mu bahuza ibitsina babisangiye w’umurundi amenyesha ko kumera uko ari kamere k’umuntu kandi ko bidashoboka ko muribo bahindura uko bari. Amenyesha ko ubuzima bwabo butoroshe kuko mu kibano batemewe.

Dufatwa nk’abarenze imico n’imigenzo.” Niko avyemeza. Arongera akamenyesha ko ata shirahamwe rihari riharanira agateka kabo.

Mu ntango y’ikinjana ca 21, iyo nyifato ho yatangura kuja ahabona cane. Si agaseseshwa rumuri, biriho no mu gihugu c’Uburundi.

Muri uwu mwaka w’2017, ibihugu bimwe bimwe vyo mu mahanga nk’Ubudagi, Malte n’ibindi vyaremeje amategeko arekurira abasangiye ibitsina kwubakana mu gihe abacamanza 47 bahurikiye mu bihugu 47 vy’inama ya Buraya bemeje ko ata burenganzira babifitiye.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

41823 12 3-01-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3  

11
Ndihokubwayo Euphemie 2018-05-11 21:06:43

Guhuza Ibitsina Vyoba Biva Kurukundo?

12
NDAYISHIYE Edouard 2018-04-30 13:53:49

MBe mwibazako ibi bivurwa ko bitari vyararavuzwe komuminsi yiherezo hazobaho ivyerekana yuko agire aze none nimwiyegerezimana kuko yesu agire aze gutora abamwiyegereje none rero ntukangwe nigihe tugezemwo ngomucemwifatanya naco none uwubikora wese abikore aziko umuriro w,IMANA uzobaryosha

13
HABICISHAKA ANICET 2018-04-24 15:58:07

NDATEYE IVYATSI IYONGESO YUHUZA IBITSINA KUKO ABA ARI GUHONYA UMURYANGO KANDI ABAHUZA IBITSINA ARIBAMWE BAKWIZE GUIANWA NAMATEGEKO KUK BABA BATEJE ISONI KUGIHUGU HAMWE NOKUBANYAGIHUGU NOSABA ABAJEJWE GUKINGIRA IMIBONANO MPUZA BITSINA NKAHAMWE BARINZE BAFA ABANTU BAHUJIJE IBITSINA BIMWE KOBOHANWA BISHIMIKIJE INGINGO ZAFASHWE NARETA COKIMWE NAMASHIRAHAMWE AJEJWE GUKINGIRA IGITSINA MUNTU

14
Manirageza 2018-04-14 18:39:03

Kubahuza ibitsina babisangiye nagahomerabunwa nukwibuka ivya sodoma na gomora vyaruko Imana icirashavura icarabahonya numuriro Sara ahindukiye arahinduka inkngi yumunyu

15
Silas 2018-04-13 10:23:56

IVYO,NIVYO,VYARIMBUYE SODOMU NAGOMORA MANA FASHA,UBURUNDI ,AKO,KABI,NTIGAKWIRE,IGIHUGU,ABOKAFASHE,URABE,IBIKWIYE

16
Nkeshimana Mélance 2018-04-06 10:02:53

Ivyobihugu Vyo Mumahanga Vyemeje Iyo Ngingo Y’ukwubakana Hagati Y’abasangiye Ibitsina Novuga Ko Ar’umuvumo Kumana. Ndasavye Ntibize Bishike Mu Burundi.

17
audace 2018-04-04 21:55:32

jew ngomba kwenda mwofasha iki

18
gerard mbonimpa 2018-04-04 01:37:19

ivyobintu muburundi biremewe mugihugu imana nayaduhaye? ahubwo nibabituze.

19
fredy niyiragira 2018-03-27 17:09:41

nivyo muburundi ivyobintu ntabiriyo

20
nkurunziza andre 2018-03-25 19:20:48

muvyukuri ndarahiye uguhoraho kuhoraho k omuri,bibiliya atahovyanditseyuko atabantubasangiye ibitsinaboryamana.ahubwoumuntu azobikora akawenyekana nukumwirukako.

Paji: 1 | 2 | 3  

Kumenyekanisha