Smart Burundi hamwe na Smart info sms

0 2-09-2017 - saa 13:17, Egide NDUWIMANA

Fyonda *555# hama wironkere amakuru atandukanye hamwe na Smart info sms. Muripfuza kumenya uko ikirere kiza kuba gisa ? Fyonda *555*2*1# ku mafaranga 99 gusa, hama mwimenyere ko izuba riza kwaka canke imvura iza kugwa.

Mu kumenya uko amafaranga avunjwa mutiriwe murashika muri banki, fyonda *555*1*1#.

Mushaka kumenya utuntu n’utundi ? Ubuzima bugizwe na vyinshi akenshi twirengagiza. Fyonda *555*5*1# muze murironkera ubutumwa ku musi ku musi ku mafaranga 129 gusa.

Muripfuza kumenya kazoza kanyu ? Mufise ibibazo vyinshi mudatorera inyishu ? Smart yabazaniye « horoscope » ibafasha kumenya ibizoba kuri kazoza. Fyonda *555*3*1#

Murashaka kuza muraronka utujambo tw’urukundo, ku buzima n’ibindi? Fyonda *555*4*1# uheze uze urironkera ubutumwa bugufi ku musi ku musi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha