Sat B bamushengerera ariko arimwesha

0 4-11-2017 - saa 13:14, IGIHE

SatB ariko yishimira isinzi ry’abana bariko bamurunguruka igihe yariko yimosha, avuga ko vyerekana ko bamukunda, kandi bamushigikiye.

Biciye kuri video yacishije ku rubuga rwiwe rwa instagram, SatB aboneka ari kumwe na kimyozi aho asanzwe aba. Iyo video nyene ibonekamwo hanze y’urupangu yarimwo hari uruja n’uruza runini rw’abana bayogora cane bahamagara SatB.

Uwo nawe aboneka vyanse ko yihangana aho ahava agahaguruka akaramutsa abo bana maze bakabona gutaha.

SatB yahavuye yandika ubutumwa bukurikira :" Iyo bishitse bagaca muhira bakambona..... Murakoze mwese mubandanya mutwereka ko mudushigikiye
Amaso Ku yandi
Ubwenge kubundi
ibikorwa Ku bindi
".

Irabire aha munsi uko vyagenze.

https://www.facebook.com/karume.aboubakar/videos/923633427803534/?pnref=story

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha