Sat-B ariteguye gutanga inka 300 y’inkwano kuri Darlene Bunyoni

6 29-12-2017 - saa 08:33, Jean De Dieu

Umuririmvyi Sat-b yashize amajambo y’urukundo kurubuga rwiwe rwa twitter, avuga ko akunda umwigeme Darlene BUNYONI mbere akifuza n’ugutanga inka amajana atatu zo kumukwa.

Sat-B, umuririmvyi amaze kwandika amateka mu muziki w’abarundi aremeza ko ibiri kurubuga rwa twitter ariwe yavyiyandikiye atawamwinjiriye ku rubuga rwiwe.Arongera akavuga impamvu yamutumye yandika ayo majambo y’urukundo.

“Narigeze kuba nkunda utuntu Darlene yaza arandika ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe. Ariko nta migenderanire ihari hagati yanje nawe, nukumenyana ntituzinanye.”

Arongera akamenyesha aboba bibaza ko Sat-B yoba yipfuza gusohokana canke kumenyana nuwo mwigeme atarivyo na gato.

“ sinipfuza ko twoja muvyurukundo. Kuba naranditse birya nuko kera nigeze kuba nkunda ivyo yashira ku mbuga ziwe.”

Mukamenya yuko inyuma yagacerere yaramazemwo imisi itari mike, yahavuye asohora indirimbo “Feel love” yakunzwe vy’umwihariko n’abakunzi b’umuziki.

JPEG - 25 kb
Umwigeme Darlene BUNYONI
Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
David 2018-10-14 17:43:00

Asha Nawe Ursar Pe Inka Amajana Atatu Urumuhanga Pe Genda

2
Audace KWIZERA 2018-10-02 10:37:08

GUKUNDA SI BIBI KIBI N’UGUKUNDA UWUTAGUKUNDA. Kubwanje Sat bi ndamwemera cane rero yoduha umuco Darlene nawe ko yoba akunda SAT-B ? ?

3
niyonkuru almonde 2018-09-04 07:45:36

nivyiz kabis non umukobw nuwah? nanj nagmb komwonyiz umuzik vyokund?

4
Maniraduha Simèon 2018-07-15 20:48:09

ninziza kabisa nuwanka urukwavu arabona ko gwiruka.

5
Appolinaire Gahungu 2018-06-03 23:13:45

Uwomukobwa Akorik? Yob Naw Ar Umuririmvy? Abaheh?

6
Niyukuri mkombozi 2018-03-24 21:50:36

Sat-b numwe mubaririvyi bambere dukunda akadukundisha muri afrika aza ubwamberemubambere mbega ubu arahonyene muburundi?mbega urakunda abarundi?twebwe turagukunda

Kumenyekanisha