Ryohererwa "Happy Bundles" hamwe na Smart

0 28-09-2017 - saa 17:38, Egide NDUWIMANA

Ntutangwe ku turusho dutandukanye Smart itegurira abanywanyi bayo. Umuhora Smart n’ubu urabandanya uryohera abanywanyi bawo, mu kubazanira akarusho gashasha, « Happy Bundles ».

Happy Bundles ibaha akaryo ko kuronka imiganda 4 ugahitamwo uwo ushaka :

- Umuganda wa 1GB yahora imara umusi umwe, ikagurwa amafaranga 5500, muri happy Bundles imara imisi 30 ikagugwa amafaranga 3500.

- Umuganda w’iminiota 10 yo guhamagara kuri smart yahora igugrwa amafaranga 850, ugurwa amafaranga 700.

- Umuganda w’iminiota 10 yo guhamagara ku yindi mihora yahora igurwa amafaranga 1776, igurwa amafaranga 1500.

- Umuganda wa 1GB, iminiota 10 yo guhamagara kuri smart, iminiota 10 yo guhamagara ku yindi mihora, ugurwa amafaranga 5000 ukamara imisi 30.

Menya neza.. Isaha yo gushiramwo umuganda ihinduka ku musi ku musi.

- Kw’igenekerezo rya 28/9, shiramwo Happy Bundles kuva isaha cumi n’imwe gushika isaha cumi na zibiri z’agatondo (5h à 6h)

- Kw’igenekerezo rya 29/9, shiramwo Happy Bundles kuva isaha zine gushika isaha zitanu z’umurango (10h à 11h)

- Kw’igenekerezo rya 30/9, shiramwo Happy Bundles kuva isaha zitanu gushika isaha zitandatu z’umurango (11h à 12h)

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha