Ruyigi-Gisuru:Abantu 1034 bahungutse bakiriwe

0 12-09-2018 - saa 10:41, vianney

Abantu bangana 1034 nibo bakiriwe mu Gisuru mu ntara ya Ruyigi bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi ya Nduta hamwe no mu nkambi ya Mtenderi.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bahungutse bagizwe n’imiryango 298 igizwe n’abagabo 523 hamwe n’abagore 511.

Ayo makuru avuga ko iyo miryango yose yahungutse ariyo mu ntara ya Ruyigi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha