Ruyigi: Abantu 916 bahungutse bakiriwe n’abajejwe intwaro

0 29-08-2018 - saa 16:37, vianney

Abantu 916 bahungutse nibo bakiriwe n’abajejwe intwaro mu ntara ya Ruyigi bavuye mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi z’impunzi za Nduta na Mtenderi.

Ayo makuru avuga ko abo bahungutse bagizwe n’imiryango 298 igizwe n’abagabo 460 hamwe n’abagore 456.

Bivugwako murabo bahungutse 846 bava mu ntara ya Cankuzo mu gihe abangana 70 bava mu ntara ya Karusi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha