Rutana:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe urubanza

2 25-10-2018 - saa 17:19, vianney

Sentare nkuru y’igihugu y’intara ya Rutana yaciriye umunyororo w’impaga w’imyaka 25 umuporisi APC Ildephonse NGENDAKUMANA ku caha co gushurashuza umukehabwenge.

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyeshako iruhande y’imyaka yaciriwe na sentare,uyo muporisi azotanga ihadabu y’amafaranga y’amarundi ibihumbi 200 .

Ayo makuru avuga ko Ildephonse NGENDAKUMANA adatanze ihadabu yakatiwe azoca afungwa umunyororo uyasubirira w’amezi 6.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Hakizimana.etienne 2018-11-06 13:08:55

Andika han.ahubwo yaba bikunda umuntu yashurashuje umuntu kunguvu canke kwica nokwiba akwiwe kwica niho bobiheba

2
Erneste 2018-10-25 19:47:23

non abo bantu bakoze iryobara baba ciriye imwaka ingahe?

Kumenyekanisha