
Sentare nkuru y’igihugu ya Rutana yaciriye umunyororo w’ubuzima bwose mu rw’ikibiriraho uwitwa Jean Marie NDUWIMANA yagirijwe icaha co kwisa se wiwe.
Amakuru dukesha umuvgizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyeshako Abel NDABANEZE hamwe na Vincent HARIMENSHI nabo bahanishijwe umunyororo w’impaga w’imyaka 20 bagiriwe n’ubufashacaha.
Ayo makuru abandanya avuga ko uwitwa Egide NKURUNZIZA nawe w’imyaka 17 yejejwe kurico caha.
Sha nafungw mukadukur kwr aheley birumvikan ahubw nab band mwabuz kubongezak iyind myak.