Rusizi: Ibikoresho bibujijwe mu kuroba vyafashwe

2 29-10-2018 - saa 11:54, vianney

Indobo 10 zuzuye imboga ntonto bita “Umugara”,ubwato butoyi buroba hamwe n’imisegereta nivyo vyafashe n’igiporisi gikorera mu mazi mu gice ca Rusizi.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza amenyeshako uyo mugara waciye usubizwa mu mazi ,ubwato hamwe n’imisegetera navyo birasamburwa.

Ayo makuru avuga ko abo bagizi ba nabi batafashwe kuko baciye bibira mu mazi ya Rusizi ariko inyamiramabi yo muri komine Mutimbuzi iza yuguruye idosiye yabo.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
MANIRAKIZA 2018-11-08 21:45:24

Basha nimubahane kk twes turahagaze

2
Abdoulah Habarugira 2018-11-04 12:36:26

Nibabarondere Bahanwe Namategeko

Kumenyekanisha