Rumonge : Amavuriro abiri n’amazu ane adandaza imiti yugawe
Yanditswe kuya 14 - Nov - 2017 saa 12:25

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE amenyesha ko ayo mavuriro hamwe n’amazu y’ubudandaji yugawe mu ntumbero y’ugutuza abakora batubahiriza ibisabwa n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu.

Amazu y’ubudandaji (Pharmacies) yugawe ni iyo mu gisagara ca Rumonge yitiriwe Umukiza Mweranda (Saint Sauveur), Pharmacie de la Providence iri mu gisagara ca Rumonge, hamwe na Pharmacie TURAME iri mu Kizuka.

Amavuriro nayo yugawe ni iryitiwe Umukiza Mweranda (Centre Médical Saint Sauveur) hamwe n’ivuriro "NEMA" riri mu gisagara ca Rumonge.



ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

Izina

Email


IVYIYUMVIRO

Ndabira uko ayo mazu asa,umucafu hose,genda DD nta kabi utatuzaniye,no mu mitwe yaba DD ni uko nyene

2017-11-14 16:41:07

Karikurubu

IZINDI NKURU

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha
2015 ©. All rights reserved