"Rihira abagumahagaye na Econet Leo"

1 14-04-2017 - saa 11:54, Egide NDUWIMANA

Econet Leo yatanguje uburyo umunywanyi w’iryo shirahamwe ashobora kurihira uwumuhamagaye igihe cose avyipfuje.
Fyonda *900*7*8# wongeremwo ama nimero wifuza ko aguhamaga akoresheje ama inite yawe.
Munywanyi wa Econet Leo, ufise umukunzi, incuti canke umugenzi ushaka ko aguhamagara ukamurihira? Fyonda *900*7*8# umushire ku rutonde rwama nimero aguhamagara ukayarihira.
Umunywanyi wa Econet Leo umunywanyi ahitamwo ama nimero 6 y’abantu yifuza ko bamuhamagara nawe akabarihira.
Urutonde rwa (...)

Urutonde rwa Mpamagara ndariha ni :

1. Gushiramwo MPAMAGARA NDARIHA
2. Kwongeramwo inimero(gushika kuri 6 gusa)
3. Gukuramwo inimero
4. Kuraba amanimero mufise
5. Gukuramwo MPAMAGARA NDARIHA

Econet Leo ibandanya kwitaho abanywanyi bayo, mu kubazanira bishasha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
siwazui 2017-04-14 15:20:27

sweranyokowambwawe gendamurihiremalaya

Kumenyekanisha