Prosper NTAHOGWAMIYE yagenywe kuba umunyamabanga wa reta hamwe n’umuvugizi wayo

2 14-09-2018 - saa 14:15, vianney

Prosper NTAHOGWAMIYE niwe yagenywe n’itegeko ry’umukuru kugira abe umunyamabanga wa reta y’Uburundi hamwe n’umuvugizi wayo.

Mw’itegeko inomero 100/135 ryo kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka wa 2018 rimenyeshako Prosper NTAHOGWAMIYE agenywe kuba umunyamabanga wa Reta hamwe n’umuvugizi wayo.

Prosper NTAHOGWAMIYE yahora ari umuvugizi w’umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI(Commission Electorale Nationale Independamte) imbere yuko asubirizwa na Philippe NZOBONARIBA yahora ari umunyamabanga wa reta n’umuvugizi wayo.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
hatu'gimana 2018-09-18 05:19:06

bagenyumugabo wijunja nijanbopee azirubwoba komera mutama

2
Musore 2018-09-14 17:20:53

Karibu Mutama ukorere abenegihugu neza Imana ikuze Imbere .

Kumenyekanisha