
Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 7 Munyonyo umwaka wa 2018 mu ntara ya Ngozi, inama y’abakorera mu gisata co gucukura ubutare mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe.
Iyo nama yahuje abakorera mu gisata co gucukura ubutare ibaye inyuma yaho inama nkuru y’igihugu ijejwe umutekano ihagaritse ibikorwa vyose vy’amashirahamwe akorera murico gisata.
Iyo nama yitabwe na bamwe mu bashikiranganji b’igihugu,abakorera mu gisata c’ubutungane,ba musitanteri bo muriyo ntara,abo mu rwego rw’igisirikare n’umutekano hamwe n’abakorera mu gisata c’ibidukikije.
nkigisirikare cacu cububundi cabivuzekwiki?
Andika hano Komera Nyakubahwa Perezida Petero Nkurunziza Imana ikuzigame Mubikogwa Vyiza Ukorera Uburundi Nabarundi Mujinama Mwumvikana Abahinga Babona Ahari Ubutare Ntibazobifatire Mukwaha Ariko Bazobe Abakozi Namwe Mube Abakoresha. Bikunze Hazobe Abarundi Babahinga Imana Ibazigame Murakoze.
Andika hano KOMERA MUTAMA IMANA NIYONKURU