
Abantu 649 nibo bakiriwe bahungutse mu ntara ya Muyinga bavuye mu gihugu ca Tanzaniya.
Amakuru avuga ko abo bahungutse bakiriwe n’abajejwe intwaro bo mu ntara ya Muyinga.
Mwomenya ko abantu bangana 985 aribo baheruka kwakirwa n’abajejwe intwaro muri komine Gisuru mu ntara ya Ruyigi bavuye mu makambi 2 yo mu gihugu ca Tanzaniya.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!