Amakuru ava aho i Muramvya amenyesha ko ikiziga ca Buringo asanzwe ava mu bwoko bw’abatwa catowe mu gatondo ko kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Munyonyo 2017 camaze kwononekara.

Mu bajejwe intwaro muri komine ya Muramvya bamenyesha ko icatumye Buringo yitaba Imana kitaramenyekana.

Ikiziga ca Buringo caciye gitorwa n’abakozi b’ishirahamwe ritabara imbabare Croix Rouge.



ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

Izina

Email


IVYIYUMVIRO

IZINDI NKURU

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha
2015 ©. All rights reserved