
Icibutso c’umugambwe CNDD FDD caraye gisambuwe ejo ku musi mbere igenekerezo rya 13 Myandagaro muri komine Mugina mu ntara ya C’ibitoke n’abantu bataramenyekana.
Amakuru atangwa n’abajejwe umutekano amenyeshako abantu basambuye ico cibutso gushika ubu bataramenyekana.
Mwomenya ko atari ubwa mbere inyubako z’imigambwe zibomorwa n’abantu batazwi ngaho mu ntara ya C’ibitoke ,ingoro y’umugambwe wa UPRONA nayo nyene ikaba yaheruka kubomorwa n’abantu batamenyekanye.
Paji: 1 | 2
NTAnambara irimurwanda ahubwo abantu bavugako irwanda hari INTAmbara barasanze jewe ndumurundi, kandi ndirwanda ko atavyonuva (?? )
Abavuga ko ata ntambara iri mu Rwanda ndabasetse. wait!
Andika hano Mbega Ko Nyakubahwa Umukuru Wigihugu Cuburundi Petero Nkrunziza Yavuzeko Atazitoza Bantahomfatwa Nintashima Biteguyegute? Kubandanya Guteza Imbere Igihu Cuburundi Kugira Ntigisubire Inyuma ?
oooohhh rara ngo mu Rwanda har’intambara ? Ana barakubeshya nta n’izahaba,erega burya iyo abantu bashyize hamwe nta kibashobora,ndemeranya nawe ko dufite ibigarasha byanga uRwanda,ariko ni 0 kdi uzabibona
kankindi we imyumvire yawe sinyizi sinzi niba uzi neza u Rwanda uretse amagambo ugenda wumva u Rwanda nta kibazo dufite rwose nawe ushatse uzahatembere urebe ?!! ntacyo uzaba .
ewe nzeyi mumajambere nayinkotanyi nayintamba uzobimenya niyagushikira rindira
Ana karibu mu Rwanda rwa gasabo uze wirebere utazajya ubibwirwa na abandi mu Rwanda umutekano niwose igihugu kiragendwa amasaha 24 kuri 24 ntubizi se ko abarundi murisanga mu Rwanda nta kibazo sinzi niba warumvise gahunda turimo yitwa Visit Rwanda namwe abaturanyi irabareba.
Ana......., sha nukuri nta ntambara iri mu Rwanda, ubwo usanga wahenzwe nibyo wumva, oya nukuri amahoro araganje. Gira amahoro!
Ana mu rwanda ntantambara iriyo bibereye mumajambere yigihugu cabo abanyagwanda baradusize kandi iguhugu cabo gifise umutekano ijana kwijana abangwanda bakunda igihugu cabo
ako nagashereshanyo
Paji: 1 | 2