Miss Burundi 2017 : 18 nibo bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa

0 2-06-2017 - saa 08:36, Egide NDUWIMANA

Abakobwa bagera kuri 18 nibo bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi ahazotorwa umukobwa wa mbere mwiza kandi aciye ubwenge (Miss Burundi 2017).

Ihiganwa ry’igice ca nyuma rizoba kw’igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017, abigeme 18 baserukira intara zose zigize Uburundi akaba aribo bazotorwamwo uwa mbere azohabwa agashimwe k’imodoka.

Uwumukurikira (1ere Dauphine) azohabwa agashimwe k’amafaranga y’amarundi umuriyoni umwe n’ibihumbi amajana atanu, uwundi nawe (Deuxieme Dauphine) ahabwe agashimwe k’umuriyoni umwe w’amafaranga y’amarundi.

Abakobwa 18 bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha