
Umwana w’imyaka 12 yakomerekejwe n’imvubu ku kuboko kw’iburyo ahitwa ku Mase inyuma yaho yariko aragaza iyo mvubu.
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako uyo mwana ataramenyekana kandi asa n’uwufise ingwara yo mu mutwe.
Ayo makuru abandanya avuga ko uyo mwana yaciye atwarwa ku bitaro vy’abaganga batagira imbibe.
Bivugwako iyo mvubu yaciye yibira mu mazi ihejeje gukora iryo bara.
Hakwiy Gukingw Ah Hant Hab Iy Mvub Nayahand Yomar Abant
Bilumvikan ko uyo mwan aliw afit ingoran ntamunt ukomey wokwagaz igikok nkic.
Je Mbon Hokingigw Kuk Ntawic Imvubu Ab Ahoneje Ikinyabuzima Bisigure Kwumunt Asumbwa Nibikoko? Ne Umuntu Wewe Ko Yicwa?
vyukuri birumvikana ko atamuntu akomeye yokinisha igikoko kandi aziko kiryana.
Uwomwana ntabwo yarakomeye,kuko iyo aba akomeye ntiyari nokwegera ico gikoko.
Kirazira kwagaza imvubu, Cyo...!
Igikoko Ntigikinishwa Eka Yararwaye Nyene.
IYOMVUBU IKWIYE UWOYICA KUKO YASAZE.