Mairie: Umuntu umwe yishwe n’imvubu,ubwato buroba nabwo burasambuka

4 4-09-2018 - saa 21:18, vianney

Imvubu yarasambuye ubwato bukoreshwa mu kuroba ahitwa Kumase ku mugoroba wo kuruyu wa mbere igenekerezo rya 3 Nyakanga 2018, abantu 2 bari hafi yabwo nabo barasoma nturi.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza Pierre NKURUKIYE amemnyeshako Umuntu umwe yasomye nturi ahava aritaba Imana uwundi nawe acika kw’icumu.

Ayo makuru avuga ko uwitwa Bosco NTIKABAKAMWE wo mu Buterere ariwe yishwe n’iyo mvubu mu gihe uwitwa Nsabimana wo mu Ruziba nawe yahatswe kwicwa niyo Mvubu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Emanuel 2018-09-09 04:49:59

JEWE MBIBABWIYE NTIMWOVYEMERA MFASHA KUVUGA ZIRYA ZASHAJE NIBAZANE TUZIRYE NAKARE NIHIZINDI ZOKURA.JEWE NAKUZE MBONA DUHUYE NUMUKECURU YARABURA BATUBWIRA KWARUMUROZI MUNTU TARABONI MVUBISHAJE WARATOMBOYE.NIYOMPAMVIKORIKIBI.

2
Ntacontemanga! 2018-09-06 12:06:52

Nimba batarayirasa ntacobariko barakora!ibintu twokwishe,ninyovitwica!police,ndasira iyonyamaswa yaraye imenje!

3
Dumbuli 2018-09-06 08:33:21

Ivyo uvuga ni ukuri twabujijwe kuzirya reka zo ziturye ko zivyemerewe se

4
EMANUEL 2018-09-05 06:13:35

REKA ZITUMTARE TUBABWIRA KUREKA TUKAZIRYA HAGASIGARUTWANA NTIMWEMERA BIRYA VYAHATUYE NIBABIZANE TUBIMIRE NUMWOROZI WINKA HAGIZIYISAZA BARAYIRYA.

Kumenyekanisha