Mairie: Inkoho 2 zatowe n’igiporisi

0 29-08-2018 - saa 09:43, vianney

Igiporisi c’Uburundi catoye mu gatondo ko kuruno wa gatatu igenekerezo rya 29 Myandagaro 2018 inkoho zibiri zo mu bwoko bwa Kalachnikov kw’ibarabara rija aho bita Lacosta Beach.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE avuga ko izo nkoho zatowe zisambuye zirukumwe n’ibikono 3 vy’amasasu.

Ayo makuru avuga ko mu vyatowe kumwe n’izo nkoho n’ivyo bikono vy’amasasu hariho amasasu angana 75.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha